Colossians 3:20 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bana, mwubahe abavyeyi banyu muri vyose, kuko ari vyo bihimbara Umwami wacu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bana, mwumvire abavyeyi banyu muri vyose, kukw ivyo ari vyo bishimwa mu Mwami wacu.