Deuteronomy 12:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arikw ahantu Uhoraho azotoranya mw ishamvu y’umwe mu miryango yanyu, az’ abe ari ho mutangira ibimazi vyanyu vyo kwoswa, az’ abe ari ho mukorera ivyo mbagera vyose.