Deuteronomy 14:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ikigiracumi c’amasaka yanyu, n’ica vino yanyu, n’ic’ amavuta ya elayo yanyu, n’ivy’ uburiza bgo mu masho yanyu, n’ ivyo mu mikuku yanyu, muze mubirīre imbere y’Uhoraho Imana yanyu, ahantu azoba yaratoranije ngw ahashire izina ryiwe; kugira ngo mwige kwubaha Uhoraho Imana yanyu ibihe vyose.