Deuteronomy 14:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko mu vyūza no mu bifise inzāra ziri n’umwanya hagati, ivyo mutemerewe kurya n’ibi: ingamiya n’urukwavu n’inkezi; ivyo n’ibihumanya kuri mwebge, kuko naho vyūza ariko ntibigira inzāra ziri n’umwanya hagati.