Deuteronomy 14:9 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibi ni vyo mwemererwa kurya mu biba mu mazi vyose: ibifise amababa n’ibigaragamba, ivyo ni vyo mwemererwa kurya.