Deuteronomy 20:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arikw abagore n’abana, n’amasho, n’ibiri mur’ ico gisagara vyose, iminyago yaho yose n’isahu, muvyitwarire, murye ivyo mwanyaze abansi banyu, ivyo Uhoraho Imana yanyu yabahaye.