bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Deuteronomy 20:19
Deuteronomy 20:19 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni mwamara igihe kirekire mujiguje igisagara, muriko murarwana na co ngo mukineshe, ntimuze muhitane incabiti ngo muririke ibiti vyaho, kuko muzorya ivyamye kuri vyo. Ntimuze muvyicire: non’ igiti co ku musozi mbega na co kibaye umuntu, vyotuma mugitera nk’ico gisagara?