bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Deuteronomy 22:24
Deuteronomy 22:24 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bompi muze mubajane kw irembo ry’ico gisagara, mubicishe amabuye; umukobga azire kw atavugije induru kandi yari mu gisagara, uwo mugabo azire ko yononye umugeni wa mugenzi we; ukw az’ abe ari ko mukūra ikibi hagati muri mwebge.