Deuteronomy 24:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
umugabo wiwe wa mbere yamwirukanye ntaz’ amugarukane, kuko yamaze kwononekara; kukw ivyo ar’ ikizira k’Uhoraho; ntimuze mukwegere icaha igihugu Uhoraho Imana yanyu ibaha kw ishamvu.