Deuteronomy 28:15 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ni mutumvira Uhoraho Imana yanyu, ngo mwitondere ivyagezwe vyiwe vyose n’amabgirizwa yiwe yose mbagera uyu musi, iyi mivumo yose izobazako, ibashikīre.