Deuteronomy 28:53 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi kubgo kwugarizwa no gusūgerezwa, abansi banyu bazoba babasugereje, muzoruhira kurya uruvyaro mwivyariye, murye abana banyu b’ abahungu n’abakobga, abo Uhoraho Imana yanyu azoba yarabahaye.