Deuteronomy 33:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aba Nafutali abavugako, At’ Ewe Nafutali, uhāze ivyo wahawe ku buntu, Wuzuye imigisha y’Uhoraho: Ni wegukire igihugu c’i burengerazuba n’ic’i bumanuko.