Deuteronomy 7:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ntimuze mubatinye: muze mwibuke ivyo Uhoraho Imana yanyu yagiriye Farawo n’igihugu cose ca Egiputa;