Deuteronomy 7:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko bohindura abahungu banyu, ntibagendanire Uhoraho, ariko bagasaba izindi mana; ivyo bigatuma uburake bg’Uhoraho bubaziriringira, agaca abarandura ako kanya.