Esther 2:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuk’ umwami agomwa Esiteri, amurutisha abamikazi bose, na we arakundwakara, aba intoni mu nyonga ziwe kuruta za nkumi zose; bituma amwambika igitsibo c’ubgami mu mutwe, amugira umwamikazi mu gishingo ca Vashiti.