Esther 2:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Moridekayi yari yareze Hadasa, ari we Esiteri, mwene se wabo, kukw atāgira se na nyina, kand’ uwo mwigeme yari mwiza w’umunyakaranga; maze se na nyina bamaze gupfa, Moridekayi aramujana amurera nk’umwana wiwe.