Esther 3:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amakopi y’ico cete bayakwiza mu mahanga yose, ngw iryo teka ryamamazwe mu bihugu vyose, kugira ngo bitegurire uwo musi.