Esther 8:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amakopi y’ico cete bayakwiza mu mahanga yose, ngw iryo teka ryamamazwe mu bihugu vyose, kugira ng’ uwo musi uz’ usange Abayuda biteguye kwivuna abansi babo.