Esther 9:1 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko mu kwezi kw’icumi na kabiri kwitwa Adari, ku musi wakwo w’icumi na gatatu, ari wo musi nyene icagezwe c’umwami n’iteka ryiwe vyari bishitse ku ntaho, ni wo musi abansi b’Abayuda bāziga ko babahagarara ku gakanu; ariko birahinduka, Abayuda baba ari bo bahagarara ku gakanu abari babafitiye urwanko.