Esther 9:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw Abayuda bar’ i Shushani birema inteko ku musi wakwo w’icumi na gatatu, no ku w’icumi na kane nyene; maze ku w’icumi na gatanu wakwo bararuhuka, bawugira umusi wo gutumiranako no kunezerwa.