Esther 9:2 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw Abayuda bakoranira mu bisagara vyabo mu bihugu vyose umwami Ahasuwerusi aganza, ngo basomboroze abarondera kubayigiza; kandi nta muntu yashobora kubahagarara imbere, kuko bāri baciye ivutu amahanga yose.