Esther 9:26 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni co gituma iyo misi bayita Purimu, bayitiriye Puri. Maze kubg’ amajambo yose yo mur’ ico cete, n’ivyo bīboneye ubgabo, n’ivyababayeko,