Exodus 12:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
muze mubishure, mut’ Iki ni co kimazi citwa Pasika y’Uhoraho, kuko yarenganye amazu yacu Abisirayeli, turi muri Egiputa, akayaziguriza, igihe yica Abanyegiputa. Abantu barunama, barasenga.