Exodus 13:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi kur’ uwo musi umuntu wese az’ abarire umwana wiwe, at’ Ibi mbikorera kwibuka ivyo Uhoraho yadukoreye, igihe twava muri Egiputa.