Exodus 19:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ntihaze hagire ūmukozak’ ukuboko, ariko bamwicishe amabuye, canke bamurase imyampi; naho coba igitungwa kiwukozeko, cank’ umuntu, ivyo ntibize bisubire kubaho. Arikw inzamba ni yaramuka irandishije ijwi, ni ho bazobona gushika kur’ uyu musozi.