Exodus 19:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abantu bose bamwishurira icarimwe, bat’ Ivyo Uhoraho avuze vyose tuzobikora. Nuko Mose asubirana k’Uhoraho amajambo y’abantu.