Exodus 21:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abantu ni barwana, umwe agatera uwundi ibuye, cank’ akamusekura igipfunsi, akamara imisi arwaye, ariko ntapfe: