Exodus 21:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abantu ni barwana, bagaca ku mugore akuriwe, bigatuma inda yiwe ikoroka, ariko ntāgire ikindi aba: ūmuciyeko ntaz’ abure kuriha ico umugabo w’uno mugore azomucira cose; az’ arihe nk’ ukw abacamanza bazoshinga.