Exodus 25:32 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi kize kigire amashami atandatu mu mbavu zaco: mu ruhande rumwe rw’ico gitereko haze habe amashami atatu, mu rundi ruhande rwaco habe yandi atatu.