Exodus 25:33 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ishami rimwe rize rigire ibikombe bitatu bisa n’amashurwe y’igiti citwa shakedi, igikombe cose kigirwe bga pfundo ripfundikiyekw ishurwe; n’irindi shami n’uko: amashami yose ukw ar’ atandatu ashamitse kur’ ico gitereko abe ari kw amera.