Exodus 26:33 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ico gihuzu uz’ ukimanike ugitumbereje musi ya twa turinda, uze winjize ya sandugu y’Ibishinga intahe hirya yaco: ico gihuzu kize kibabere ico gutandukanya Ahēra n’Ahēra cane.