Exodus 28:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aroni, uko yinjiye Ahēra, aze yame yambara ku mutima amazina y’ abana ba Isirayeli ari kur’ uwo mupfuko wo ku gikiriza wo kwahukanya imanza, kugira ngw ayo mazina abe icibutso co gutuma bibukwa ubudasība imbere yanje, jewe Uhoraho.