Exodus 29:35 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo abe ari vyo uzogirira Aroni n’abana biwe, nk’uko ndabikugeze vyose: uz’ umare imisi ndwi ukora ivyo kubinjiza mw ibango.