Exodus 34:24 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko nzokwirukana amahanga agahunga imbere yanyu, ngasunika hirya imbibe zanyu; kandi nta wuzokebēra igihugu canyu, igihe muzodūga gatatu‐gatatu mu mwaka, murengutse imbere yanje, Uhoraho Imana yanyu.