Exodus 34:32 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Hanyuma Abisirayeli bose na bo baramwegera, abashikiriza ivyagezwe vyose, ivyo Uhoraho yamubaririye ku musozi Sinayi.