Exodus 36:6 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko Mose ashinga kubibuza, babitāngāza aho bashagaje hose, bati Ntihaze hagire umugabo cank’ umugore asubira gukora ikindi kintu na kimwe co gushikana kubg’ iryo hema. Uko ni ko bābujije abantu kugira ikindi bazana.