Exodus 36:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Umuntu wese w’umuhinga mu bakora ico gikorwa, akora iryo hema ry’imbere, barisakaza impuzu cumi; izo mpuzu zajishwe mu nyuzi zera derere nziza zihinzwe neza, no mu nyuzi z’amasufe no mu z’amashigisha no mu zisa n’ agahama; kandi zari zijishwekw ibishushanyo vy’abakerubi, bijishwe n’abahinga bavyo.