Exodus 37:24 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ico gitereko, bo n’ibintu vyaco vyose, yabikoze mw izahabu iramuye, inganya kuriba n’italanto imwe.