Exodus 38:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibitereko vyo kunegamw’ ibirimbi vyari bicuzwe mu miringa; imisumari yo kur’ ivyo birimbi, bo n’imitambikwa yo kuri vyo, vyari bicuzwe mw ifeza; ku mitwe yavyo vyari vyometswekw ifeza; ibirimbi vyose vy’urwo rugo vyarikw imitambikwa icuzwe mw ifeza.