Exodus 38:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yinjiza iyo miniho mur’ ivyo bigombo biri mu mbavu z’ico gicaniro, yo kukirerura; yakibāje mu mbaho, akigira igisamāre.