Exodus 39:34 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
n’ico kurenza hejuru yaryo cakozwe mu nsāto z’amapfizi y’intama zazizwe mu gahama, n’ikindi co kurenza hejuru yaco cakozwe mu nsāto z’ ibikōko vyitwa tahashi, n’igihuzu co gukingīra Ahēra cane;