Exodus 5:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nta biganogano duhabga, maze bakatubgira ngo ni tubumbe amatafari: kandi none rāba, twebge abasavyi bawe turakubitwa; ariko ni mwebge mugiriye nabi abantu bawe!