Exodus 9:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mu gihugu cose ca Egiputa, urwo rubura rwica icari ku gahinga cose, ar’ umuntu, ar’ igitunzwe, ar’ igikōko; kandi rwica n’icameze cose co ku gahinga, ruvuna n’ibiti vyose.