Ezekiel 1:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi vyose vyagenda bibanze; aho Mpwemu yerekeje ni ho vyaja; nta ho vyahindukira iyo bigenda.