Ezekiel 10:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Iy’ agiye, yashobora kugenda ah’ agomvye mu mpande zose ukw ari zine: nta ho yahindukira iy’ agenda, arikw ahantu umutwe utumbereye ni ho yajana: nta ho yahindukira iy’ agenda.