Ezekiel 10:3 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ba bakerubi bāri bahagaze i buryo bg’ ingoro igihe wa muntu yahaca; maz’ igipfungu cuzura mu nyubakwa y’imbere.