Ezekiel 12:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ abamushagajeko bose bo kumutabara, n’imitwe y’ingabo ziwe zose, nzobashwiragiriza mu birēre vyose, kandi nzosokora inkota ibirukane.