Ezekiel 13:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uti Nuko rero, uku ni k’Umwami Uhoraho agize, ngw Ehe azohigūra n’ivyo biheko vyanyu, ivyo mutegesha abantu nk’ abatega inyoni; ut’ Azobibashikura ku maboko; uti Maz’ agobōtore abo bantu mwateze ngo bīgīre, nk’ūgobotora inyoni.