Ezekiel 16:36 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uku ni k’Umwami Uhoraho agize, ati Kubg’ imyanda yawe ibaye agasumbirije, n’ibiteye isoni vyawe bitwikuruwe n’ubumaka bgawe n’abūzure bawe, kandi kubg’ ibigirwamana vyose vy’ ibizira vyawe, no kubg’ amaraso y’abana bawe wabishikaniye,