Ezekiel 16:5 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nta wagushizekw akajisho ngw akugirire akagongwe, kugira ngw agire ico agukorera mur’ ivyo, ngw akugirire ikibabarwe; ariko washiburiwe mu gahinga umusi wavutseko, kuko war’ uteye ishishi.